Burundi National Anthem
Loading...
Gallery kaze, second floor, office no 10, Bujumbura +25765827295 info@mtravelandtoursbi.com

Burundi National Anthem

Burundi National Anthem

Burundi National Anthem

Burundi bwacu

Burundi buhire

Shinga icumu mu mashinga

Gaba intahe y'ubugabo ku bugingo

Warapfunywe ntiwapfuye

Warahabishijwe ntiwahababuka

Uhagurukana uhagurukana uhagurukana

Ubugabo urikukira

Komerwa amashi n'amakungu

Habwa impundu n'abawe

Isamirane mu mashinga

Isamirane mu mashinga

Burundi bwacu

Ragi ry'abasokuru

Ramutswa intahe n'ibihugu

Ufatanije ishaka n'ubuhizi

Vuza impundu wiganzuye

Uwakuganza uwakuganza

Burundi bwacu

Nkoramutima kuri twese

Tugutuye amaboko

Umutima n'ubuzima

Imana yakuduhaye ikudutungire

Horana ubumwe n'abagabo n'itekane

Sagwa n'urweze

Sagwa n'amahoro meza